1 Petero 1:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Mwibuke ko Data wo mw’ijuru, uwo musenga, adaca urwa nkunzi, hanyuma bitume mubaho muyitinya kandi muyubaha mu gihe musigaje kuba kuri ino si mubako nk’ingenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kandi kw Iyo mwambaza muyita So ari yo icira umuntu wese urubanza rukwiranye n’ivyo yakoze itarobanuye ku cubahiro, mumare igihe co kuba inyambukīra mutinya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |