1 Petero 1:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Nuko rero mwame mugavye kandi mwirinde. Ivyizigiro vyanyu vyose mubishire ku buntu muzohabwa igihe Yesu Kristo azohishurirwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Nuko rero mukenyere mu mitima yanyu, mwirinde ibiboreza, mwizigire rwose ubuntu muzozanirwa mu kuzohishurwa kwa Yesu Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |