1 Korinto 9:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Mbega ibi ndabibabwiye bivuye mu vyiyumviro vy’abantu? Canke n’ivyagezwe vya Mose birafise ico bibivugako? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Mbeg’ ivyo mbivuze mu buryo bg’abantu, cank’ ivyagezwe vyo ntibivuga birtyo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kubera intege nke za kamere muntu mufise, ndiko nkoresha imvugo isanzwe, kugira ngo mushobore kuvyumva. Kera mwari mwaratanze imibiri yanyu ngo ibe ibikoresho vy’ibiterasoni n’umugararizo, kandi ivyo vyatuma murushiriza kuba abagarariji. None rero nimwitange kugira ngo muhinduke abagurano bo kugororoka, maze mushobore kuba abera.