1 Korinto 9:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ntimuzi ko mw’ihiganwa hiruka benshi, ariko uwuhabwa umudari akaba umwe? Nuko rero muhiganwe nk’abazohabwa umudari. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ntimuzi yuko mu birori abasiganwa biruka bose, arik’ ūhērwa akaba umwe? Namwe abe ari ko mwiruka, kugira ngo muronke impēra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |