1 Korinto 9:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ku banyantegenke nigize umunyantege nke kugira ngo nzane abanyantegenke kuri Kristo. Nabaye vyose kuri bose kugira nkore ibishoboka vyose kugira ngo hagire bamwe muri bo bakizwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ku badakomeye nabaye nk’ūdakomeye, kugira ngo ndonke abadakomeye. Kuri bose nabaye vyose kugira ngo nkirishe bamwe‐bamwe uburyo bgose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |