1 Korinto 9:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ku banyamahanga batagira ivyagezwe nabayeho nk’uwutabigira n’aho nganzwa n’ivyagezwe vy’Imana, nkubaha ivyagezwe vya Kristo, kugira ngo nzane abatagira ivyagezwe kuri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Ku bataganzwa n’ivyagezwe, nabaye nk’ūtaganzwa na vyo, kugira ngo ndonke abataganzwa n’ivyagezwe, yamara ku Mana ho sind’ ūtaganzwa n’ivyagezwe, kuko kuri Kristo nganzwa na vyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |