1 Korinto 9:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ku Bayuda nabaye nk’uwuganzwa n’ivyagezwe n’aho ntaganzwa na vyo, kugira ngo nzane kuri Kristo abaganzwa n’ivyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Ku Bayuda nabaye nk’Umuyuda, kugira ngo ndonke Abayuda: ku baganzwa n’ivyagezwe nabaye nk’ūganzwa na vyo, nah’ ubganje ntaganzwa na vyo, kugira ngo ndonke abaganzwa n’ivyagezwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |