1 Korinto 9:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 N’aho ntoba intumwa ku bandi, kuri mwebwe ndi yo. Namwe ubwanyu muri icemeza uko ndi intumwa y’Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Namba ku bandi ntar’ intumwa, ariko kuri mwebge ndi yo: kuko mur’ ikimenyetso mu Mwami c’uko nd’intumwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |