1 Korinto 9:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Mbega impera yanje ni iyihe? Ni uko mvuga Ubutumwa Bwiza ata we ndemereye, ntahagaze ku burenganzira nari mfise nk’umuvugabutumwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Non’ ingero yanje n’inki? N’uk’ ubutumwa, uko mbuvuze, mbuvuga ku buntu, kugira ngo sindwanire ivyo nemerewe mu butumwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |