1 Korinto 9:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko iyo mvuze ubutumwa, sinshobora kuvyirata kuko mba nshikije itegeko ry’Imana. Noba ngowe ntavuze ubutumwa bwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Iyo mvuga ubutumwa, singira ico nirata; kuko mfise ikingōbēra: ntavuze ubutumwa nobona ibara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |