1 Korinto 9:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Nimba abandi babigisha bafise uburenganzira bwo kuronka ibibabeshaho muri mwebwe, mbega twebwe ntitwari dukwiye kuronka ibirenze? Ariko ntitwigeze duharanira ubwo burenganzira. Ahubwo turimenya muri vyose kugira ntitube inzitizi ku Butumwa Bwiza bwa Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Abandi namba bāravyemerewe kuri mwebge, mbega ntitubarusha cane? Ariko ntitwarwaniye ivyo twemerewe, yamara twihanganira vyose, kugira ngo ntituzane ikidehesha ubutumwa bgiza bga Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |