Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 9:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Nta nkeka ibi ni twebwe yari ibivuzeko. Ibi vyandikiwe twebwe kugira ngo uwurima n’uwimbura bizigire kuzoronka umugabane wabo ku mwimbu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Canke se yabivuze kubgacu? Ego me, vyanditswe kubgacu; kuk’ umurimyi akwiye kurima afise ivyizigiro, kand’ umusekuzi akwiye gusekura yizigiye kw azohabgako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 9:10
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi iyo iyo misi itagabanywa, nta muntu n’umwe yorokotse. Ariko kubera abatoranijwe, iyo misi izogabanywa.


Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe kugira ngo bitwigishe. Bidushoboza kwihangana, bikadutera n’intege kugira ngo dushobore kwizigira ko Imana izoshitsa ivyo yasezeranye.


kuko twempi dukorera Imana, namwe muri umurima w’Imana, muri inzu yayo.


Imibabaro yose ducamwo ni ku bwanyu, kugira ngo ubuntu bw’Imana buriko burashikira benshi butume amashimwe asesekara, maze Imana ihabwe icubahiro.


Uwaruhiye kw’isuka ni we yari akwiye kuba uwa mbere mu kurya ivyeze vyo mu mwimbu wiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ