1 Korinto 9:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Mbega sindi uwidegemvya? Mbega sindi intumwa? Mbega siniboneye Yesu Umwami wacu amaso mu yandi? Mbega ntimuri ivyamwa vy’ibikorwa nakoreye Umwami? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Mbega sind’ uwidegemvya? Sind’ intumwa? Sinabonye Yesu Umwami wacu? Namwe ntimur’ igikorwa canje mu Mwami? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |