1 Korinto 8:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko mube maso kugira ngo umwidegemvyo wanyu ntube igitsitaza ku banyantegenke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Mwiyubare, kugira ng’ ubgo bushobozi bganyu bgoye kuba igitsitaza c’abadakomeye na gato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |