1 Korinto 8:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ariko abizera bose ntibamenye ibi. Bamwe baramenyereye ibigirwamana gushika aho n’ubu, iyo bariye ivyashikaniwe ivyo bigirwamana, bumva umenga basenze imana zifise ubugingo, gutyo imitima yabo igahumana kubera intege nke zabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Arik’ ubgo bgenge ntibufiswe na bose: kuko bamwe bāremariye mu bigirwamana gushitsa n’ubu, barya ikintu bibgira ko caterekerejwe ikigirwamana, kand’ umutima ugahumanywa no kudakomera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |