1 Korinto 8:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ariko tuzi ko hari Imana imwe, ari yo Data, yaremye vyose kandi tubayeho ku bwayo. Hari Umwami umwe, ari we Yesu Kristo. Vyose vyaremewe muri we, kandi muri we ni ho twaherewe ubugingo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 ariko kuri twebge har’ Imana imwe, Data wa twese, yandurukwamwo na vyose, natwe twabesherejweho kuba abayo: kandi har’ Umwami umwe, ni Yesu Kristo, abeshaho vyose, natwe akatubeshaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |