Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 8:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Hari ivyitwa “imana” vyinshi kw’isi no mw’ijuru, kandi hari abantu basenga imana nyinshi n’abami benshi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Naho har’ ivyitwa imana mw ijuru canke mw isi, nk’uko har’ imana nyinshi n’abami benshi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 8:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Pilato abaza abantu bari bakoraniye aho ati: “Mbega mugomba ko ndabarekurira imbohe iyihe: Baraba canke Yesu yitwa Kristo?”


Kera, mutaramenya Imana, mwari mujakariye ibigirwamana.


Azokwishira hejuru yongere agwanye icitwa imana cose n’igisengwa cose. Mbere azokwicara mu rusengero rw’Imana, yiyite Imana we nyene.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ