1 Korinto 8:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Mbega umuntu w’umunyantege nke niyabona wewe umusumvya ugutahura uriko ararya ivyo mu nzu y’ibigirwamana, ntibizotuma abirya na we kubera intege nke ziwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Kuk’ umuntu iy’ akubonye, wewe wahawe gutahura, wicaye urīra mu rusengero rw’ikigirwamana, umutima w’uwo, iy’ adakomeye, mbega ntuzorinduka, akarya ivyaterekerejwe ibigirwamana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |