1 Korinto 8:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ku bijanye n’ivyashikaniwe ibigirwamana, ndazi ko twese dufise ico tubiziko. Ariko ubumenyi butuma umuntu yishira hejuru; urukundo ni rwo rwubaka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Ku vy’ ivyaterekerejwe ibishushanyo vy’ibigirwamana, turazi yuko twese turi n’ubgenge. Ubgenge burakakīsha, arik’ urukundo rurubaka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |