1 Korinto 7:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ico nipfuza ni uko abantu bose boba nkanje. Ariko umuntu wese afise ingabire yisangije yahawe n’Imana; umwe agira ingabire kanaka, uwundi akagira iyindi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Nagomba kw abantu bose bomera nkanje: arik’ umuntu wese afise ingabire yiwe ahawe n’Imana, umwe ukwiwe, uwundi ukwiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |