1 Korinto 7:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Ntihakagire uwiyima uwundi, kiretse mwumvikanye kwihangana igihe gito, kugira ngo mufate umwanya wo gusenga. Hanyuma mukwiye gusubira kwegerana kugira ngo Satani ntaronke aho abaca ngo abageragereshe ukubura ukwihangana kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ntimukīmane, shiti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |