Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Umugore aba abohewe ku mugabo iyo akiriho. Ariko umugabo amaze gupfa, umugore aba afise uburenganzira bwo kurongorwa n’uwo ashaka, mu gihe uwo mugabo yubaha Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Umugore ahambīrirwa ku mugabo wiwe akiriho; arikw iy’ umugabo apfuye, nta kimubuza gucūrwa n’uw’ agomba, mugabo rero, ar’ ūri mu Mwami wacu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:39
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ku bubatse, ntanze iri tegeko, ritavuye kuri jewe ariko rivuye ku Mwami Imana: umugore ntakahukane n’umugabo wiwe.


Ariko umugabo atizera canke umugore atizera agomvye kwigira, mumureke yigire. Muri ico gihe uwo mugabo canke uwo umugore yizera ntaba akibohewe ku wo bubakanye atizera, kuko Imana yaduhamagariye kuba mu mahoro.


Nuko rero uwurongoye inkumi yahisemwo aba agize neza, ariko uwutarongoye aba agize neza gusumba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ