Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Nuko rero uwurongoye inkumi yahisemwo aba agize neza, ariko uwutarongoye aba agize neza gusumba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Nuk’ ūtanga umukobga wiwe ngw arongorwe aba agize neza; kand’ ūtamutanga aba arushirije kugira neza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:38
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko jeho ndababwira yuko umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amutumye gusambana kandi ko uwurongoye umugore yahukanye, na we aba asambanye.


Kubera ibihe bigoye turimwo, niyumvira ko umuntu yoguma uko asanzwe ari ubu.


Ariko nimba umusore yafashe ingingo mu mutima wiwe yo kutarongora, avyihitiyemwo kandi akaba ashoboye kwigumya, na we nyene aba agize neza.


Umugore aba abohewe ku mugabo iyo akiriho. Ariko umugabo amaze gupfa, umugore aba afise uburenganzira bwo kurongorwa n’uwo ashaka, mu gihe uwo mugabo yubaha Imana.


Abatubatse n’abapfakaye bakwiye kuguma uko bari, nk’uko nanje ndi.


Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ