1 Korinto 7:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 Ariko nimba umusore yafashe ingingo mu mutima wiwe yo kutarongora, avyihitiyemwo kandi akaba ashoboye kwigumya, na we nyene aba agize neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Arik’ ūkomeye mu mutima wiwe, adafise ikimuhambira, arikw ashobora gukora ivy’ agomba ubgiwe, yagabiye mu mutima kuzigama umukobga wiwe ngo ntarongorwe, azoba agize neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |