Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 None rero, umusore niyaba yipfuza cane umukobwa bazokwubakana, agatinya ko azohava amukorera ibidakwiye kuko vyanse ko yihangana, namurongore nk’uko avyipfuza, nta caha azoba akoze.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Arik’ umuntu ni yiyumvira kw atagirira umukobga wiwe neza, namb’ arenze ubukumi, kandi namba bikwiye rwose, n’agenze ukw agomba: nta caha azoba akoze, abareke barongorane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:36
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uku ni ko ukuvuka kwa Yesu ari we Kristo kwagenze: nyina wiwe Mariya yari akowe na Yosefu, ariko imbere y’uko babana, asama inda ivuye ku bushobozi bwa Mpwemu Yera.


Kandi umuntu niyagomba kukuburanya kugira ngo akunyage ishati yawe, umuhebere n’ikoti na yo.


Ibi ndiko ndabivuga ku neza yanyu, sindiko ndabaremereza amategeko. Nshaka ko mukora ikiborohereza gukorera neza Umwami ata bibasamaza.


Ariko nimba umusore yafashe ingingo mu mutima wiwe yo kutarongora, avyihitiyemwo kandi akaba ashoboye kwigumya, na we nyene aba agize neza.


Ariko nimba batoshobora kwihangana, bakwiye kwubaka, kuko umuntu yopfuma yubaka aho kwicwa n’ukwipfuza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ