1 Korinto 7:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Imyitwarariko yiwe igabuwemwo kubiri. Umugore canke inkumi itarongowe yitwararika ibikorwa vy’Umwami. Yihebera Umwami mu mubiri no mu mpwemu. Ariko uwarongowe yitwararika ivy’ino si, arondera ingene yonezereza umugabo wiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Kandi harih’ itandukaniro ku mugore n’inkumi. Ūtābiriwe yitwaririka ivy’ Umwami wacu, kugira ngw abe uwera ku mubiri no mu mutima: arik’ uwābiriwe yitwaririka ivy’ isi, uko yonezereza umugabo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |