Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Nipfuza ko mubaho mwidegemvya, ata mwitwarariko w’ivy’ubu buzima. Umugabo atarongoye yitwararika ibikorwa vy’Umwami, akama arondera kumunezereza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Ariko ndagomba ko mutiganyira. Ūtagira umugore yitwaririka ivy’ Umwami wacu, uko yonezereza Umwami:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:32
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imbuto zaguye mu mahwa, ni ikigereranyo c’umuntu yumva ijambo ry’Imana, ariko imyitwarariko y’ivy’iyi si hamwe n’uruhendo rw’ubutunzi bikaza bikanyoha iryo jambo yumvise bigatuma ata co ryama.


ariko imyitwarariko y’ivy’iyi si, n’uruhendo rw’ubutunzi n’ibindi vyipfuzo vy’uburyo bwinshi, biraza bikanyoha iryo jambo bigatuma ata co ryama.


Umucangero arahunga kuko akorera amahera kandi atababaye intama.


Ariko uwarongoye yitwararika ivy’ino si, arondera ingene yonezereza umugore wiwe.


Ntimukiganyire ku kintu na kimwe, ariko ivyo mukeneye vyose mubimenyeshe Imana mu gusenga no mu kwinginga, bifatanije no gukenguruka.


Umupfakazi atagira ic’epfo ca ruguru, asigaye ari wenyene, ashira ivyizigiro vyiwe mu Mana, akama ayisenga ijoro n’umurango kugira ngo imufashe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ