1 Korinto 7:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Bene Data, ico ngomba kuvuga ni uko igihe gisigaye ari gito. Uhereye ubu, abafise abagore ntibiteho cane ivy’ingo zabo gusa, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Ariko, bene Data, ibi ni vyo mvuga, yukw igihe cāgiriye: uhereye none abari n’abagore bamere nk’abatabagira; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |