1 Korinto 7:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Urongoye nta caha uba ukoze, kandi inkumi irongowe, nta caha iba ikoze. Ariko abarongora bazobona amakuba menshi muri buno buzima, nanje nshaka kuyabarinda. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Arikw iy’ urongoye, nta caha uba ukoze. N’inkumi, iy’ irongowe nta caha iba ikoze. Mugabo, abameze bartyo bazogira amagorwa mu mubiri, ariko jewe nagomba kuyabakingira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |