Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Nimba wararongoye, nturondere kwahukana. Nimba utarongoye, nturondere kurongora.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Wahambiriwe ku mugore? Nturondere kubohorwa. Wabohowe ku mugore? Nturondere umugore.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:27
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umuntu wese akwiye kuguma uko yari ameze igihe Imana yamuhamagara.


Kubera ibihe bigoye turimwo, niyumvira ko umuntu yoguma uko asanzwe ari ubu.


Urongoye nta caha uba ukoze, kandi inkumi irongowe, nta caha iba ikoze. Ariko abarongora bazobona amakuba menshi muri buno buzima, nanje nshaka kuyabarinda.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ