Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Kubera ibihe bigoye turimwo, niyumvira ko umuntu yoguma uko asanzwe ari ubu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Nuko ndiyumvira yukw ari vyiza kubg’ igihe kigoye ca none, yukw ari vyiza k’umuntu aguma ukw ari.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:26
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ese ukuntu iyo misi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa!


Ese ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa! Kizoba ari igihe c’umubabaro mwinshi mu gihugu, n’uburake bw’Imana kuri ubu bwoko.


Ku bijanye n’ivyo mwambajije mw’ikete mwanyandikiye, ni vyiza ko umuntu atorongora.


Nimba wararongoye, nturondere kwahukana. Nimba utarongoye, nturondere kurongora.


Urongoye nta caha uba ukoze, kandi inkumi irongowe, nta caha iba ikoze. Ariko abarongora bazobona amakuba menshi muri buno buzima, nanje nshaka kuyabarinda.


Abatubatse n’abapfakaye bakwiye kuguma uko bari, nk’uko nanje ndi.


turabinginze ngo ntimunyiganyige canke ngo muhagarike imitima kubera inyigisho womenga zivuye kuri twebwe (vyaba biciye mu buryo bwo kuvugishwa, canke amajambo canke ikete) zibabwira ko umusi w’Umwami wacu umaze gushika.


Kuko igihe cashitse c’uko urubanza ruhera mu nzu y’Imana. Nimba urubanza ruhereye kuri twebwe, mbega ntazoba ari akaga gakomeye ku bantu banse kwumvira Ubutumwa Bwiza bw’Imana!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ