Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Bene Data, umuntu wese agume nk’uko yari ameze igihe Imana yamuhamagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Bene Data, umuntu wese uko yar’ ari aho yahamagarwa, akugumanemwo n’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:24
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze ica isubira ikagenda, ikazana izindi mpwemu mbi indwi ziyirusha ububi, zikinjira muri wa muntu, zikibera ngaho. Ivya nyuma vy’uwo muntu biba bibi kurusha ivya mbere. Uko ni ko bizogenda ku bantu ba kino gihe kibi.”


Nuko rero iyo murya canke munywa, canke mukora ikindi kintu cose, mubikore muhesha Imana icubahiro.


Ariko rero umuntu wese akwiye kubandanya abaho ubuzima Umwami yamuhitiyemwo, no kuguma uko yari ari imbere y’uko Imana imuhamagara. Iri ni ryo tegeko ntanga mu mashengero yose.


Umuntu wese akwiye kuguma uko yari ameze igihe Imana yamuhamagara.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ