Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Umuntu wese akwiye kuguma uko yari ameze igihe Imana yamuhamagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Umuntu wese, uko yar’ ari mw ihamagarwa ryiwe, abigumemwo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:20
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko rero umuntu wese akwiye kubandanya abaho ubuzima Umwami yamuhitiyemwo, no kuguma uko yari ari imbere y’uko Imana imuhamagara. Iri ni ryo tegeko ntanga mu mashengero yose.


Nimba wararongoye, nturondere kwahukana. Nimba utarongoye, nturondere kurongora.


Mugire ishaka ryo kubaho ubuzima butekanye; umwe wese yiteho gukora ibimwerekeye kandi ajejwe, no gukoresha amaboko yiwe nk’uko twabibabwiye.


Abo bantu turabategetse tubinginga mw’izina ry’Umwami wacu Yesu Kristo ngo bame bakora kugira ngo babone kwibeshaho.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ