Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Nk’akarorero, nimba umugabo yari yarakebwe imbere y’uko ahamagarwa, ntarondere kuba uwudakebwe. Niyaba na ho atari yarakebwe igihe yahamagarwa, ntarondere gukebwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Mbega harih’ umuntu yahamagawe yarakebge? Ntagacike nk’ūtakebge. Harih’ umuntu yahamagawe atākebge? Ntagakebge.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:18
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma mbona tudakwiye kuremera Abanyamahanga bariko bahindukirira Imana.


Twarumvise ko hari bantu bamwe muri twebwe baje iwanyu tutabatumye, bababwira amajambo abaca ivutu, abahagarika imitima.


Kuko Mpwemu Yera vyamubereye vyiza, kandi natwe bitubera vyiza kutabaremereza ikintu na kimwe kirengeye ivyo tubasaba, ari vyo vy’ibi:


Ariko bamwe mu bizera bahora ku ruhande rw’Abafarisayo barahaguruka, bavuga bati: “Abanyamahanga bategerezwa gukebwa no gukurikiza ivyagezwe vya Mose.”


Ariko bumvise ko wigisha Abayuda bose baba mu Banyamahanga ngo bave mu vyagezwe vya Mose, kandi ngo ntibakebe abana babo, canke ngo babeho nk’uko imigenzo y’Abayuda ibitegeka.


Aha ntihaba hakiri Umugiriki canke Umuyuda, uwakebwe canke uwutakebwe, uwateye imbere canke uwutaratera imbere, umugurano canke uwidegemvya, ariko ni Kristo ari vyose kandi ari muri bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ