Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Kandi mwene Data niyaba afise umugabo atizera, maze uwo mugabo akaba ashaka kugumana na we, ntaze avane na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ umugore afise umugabo atizera, na we agakunda kubana na we, yoye kuvana n’umugabo wiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:13
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, aba asambanye.”


Abandi na bo, ibi ni vyo ndababwira, ariko ni jewe ubwanje, si Umwami Imana: mwene Data niyaba afise umugore atizera hanyuma uwo mugore agashaka kugumana na we, ntaze amwirukane.


Kuko umugabo atizera yezwa biciye ku mugore wiwe, kandi n’umugore atizera yezwa biciye ku mugabo wiwe. Ahandi ho abana banyu bobaye abahumanye, ariko noneho barejejwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ