Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 7:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Abandi na bo, ibi ni vyo ndababwira, ariko ni jewe ubwanje, si Umwami Imana: mwene Data niyaba afise umugore atizera hanyuma uwo mugore agashaka kugumana na we, ntaze amwirukane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Arikw abandi ni jewe mbabgira, s’Umwami wacu. Mwene Data asanzwe afise umugore atizera, kand’ uwo mugore agakunda kubana na we, yoye kumuta.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 7:12
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko bishitse akahukana, ntaze asubire kurongorwa, canke na ho aze asubirane n’umugabo wiwe. N’umugabo na we ntakirukane umugore wiwe.


Kandi mwene Data niyaba afise umugabo atizera, maze uwo mugabo akaba ashaka kugumana na we, ntaze avane na we.


Ku vyerekeye abatararongorwa, nta bwirizwa nahawe n’Umwami, ariko ndababwira ico niyumvira nk’umuntu w’umwizigirwa yagiriwe ubuntu n’Umwami.


Nimba wararongoye, nturondere kwahukana. Nimba utarongoye, nturondere kurongora.


Ibi ndabibabwiye nk’impanuro si itegeko ndabahaye.


Mu kwirata gutya sindiko mvuga nk’uko Umwami Yesu yovuga, ahubwo mvuze nk’igipfu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ