Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 6:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Ariko ntibitangaje na mwebwe ubwanyu murarenganya mukongera mukiba, kandi ivyo mukabikorera bene Data bandi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Ariko ni mwebge mugiriranira nabi, mugungana, kand’ abo mugirira murtyo ni bene So.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 6:8
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko nyene umurima abwira umwe muri bo ati: ‘Mugenzi, nakurenganije? Mbega ntiwari wemeye gukorera idenariyo imwe?


Urazi ko amabwirizwa avuga ngo: ‘Ntukice, ntugasambane, ntukibe, ntukagirize abandi ibinyoma, ntukanyage abandi ivyabo, wubahe so na nyoko.’”


Uwukora ikibi azohembwa ikibi, kuko Imana idaca urwa nkunzi.


Kandi muri ivyo vyose, ntihakagire uwugirira nabi mwene Se canke ngo amugunge, kuko Umwami azohana ivyaha nk’ivyo vyose nk’uko twari tumaze kubibabwira no kubibaburirako.


Ehe impembo z’abakozi bo mu mirima yanyu mwanse guhemba ziriko ziratakamba zibarega. Ugutaka kw’abimbuzi b’imirima yanyu kwashitse mu matwi y’Umwami Imana Mushoboravyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ