1 Korinto 6:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 kuko mwaguzwe igiciro kinini. Nuko rero mwubahishe Imana imibiri yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 kuko mwaguzwe igiciro. Nuko rero, mushimishe Imana mu mibiri yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Kubera intege nke za kamere muntu mufise, ndiko nkoresha imvugo isanzwe, kugira ngo mushobore kuvyumva. Kera mwari mwaratanze imibiri yanyu ngo ibe ibikoresho vy’ibiterasoni n’umugararizo, kandi ivyo vyatuma murushiriza kuba abagarariji. None rero nimwitange kugira ngo muhinduke abagurano bo kugororoka, maze mushobore kuba abera.