Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 6:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Ariko uwifatanije n’Umwami Imana aba abaye umwe na we mu buryo bw’impwemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Arik’ uwimatanije n’Umwami wacu aba abaye impwemu imwe na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 6:17
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umubiri uvyara umubiri, ariko Mpwemu avyara impwemu.


Ariko mweho, ntimurongorwa na kamere k’icaha, murongorwa na Mpwemu, nimba Mpwemu w’Imana aba muri mwebwe. Kandi umuntu wese adafise Mpwemu wa Kristo, si uwa Kristo.


Twese twabatijwe na Mpwemu umwe mu mubiri umwe: Abayuda, Abagiriki, abagurano, n’abidegemvya, kandi twese twahawe Mpwemu umwe.


Mbega ntimuzi ko imibiri yanyu ari ibihimba vy’umubiri wa Kristo? None nubahuke mfate ingingo z’umubiri wa Kristo, ndazifatanye n’umumaraya? Ntibikabe!


si jewe nkiriho; ariko ni Kristo ariho muri jewe. Nkiri muri uwu mubiri, mbayeho mu kwizera Umwana w’Imana yankunze akitanga ku bwanje.


Mu migenderanire yanyu, mugire inyifato nk’iyo Kristo Yesu yari afise:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ