Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 6:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Mbega ntimuzi ko uwifatanije n’umumaraya aba abaye umwe na we mu mubiri? Kuko Ivyanditswe Vyera bivuga biti: “Uko ari babiri bazohinduka umubiri umwe.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Ntimuzi yuk’ uwimatanya n’umusambanyikazi aba ar’ umubiri umwe na we? Kuko yavuze, iti Bompi bazoba umubiri umwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 6:16
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

maze bakaba umubiri umwe’; kuko baba batakiri babiri, ahubwo baba babaye umwe.


Mbega ntimuzi ko muzocira imanza n’abamarayika? Nuko rero murashoboye gutatura amatati asanzwe yo muri buno buzima.


“Ku bw’ivyo, nk’uko Ivyanditswe bivuga, umugabo azosiga se na nyina abane n’umugore wiwe ubutakivana, maze bompi babe nk’umubiri umwe.”


Ukwizera ni kwo kwatumye Rahabu, wa mumaraya, adapfana n’abagararije Imana, kuko yakiranye umutima mwiza abatasi b’Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ