1 Korinto 6:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Iyo umwe muri mwebwe agize ico apfa na mwene Data wundi, ni kuki amwitwarira mu batubaha Imana ngo babe ari bo babacira urubanza, aho kwitura abizera ngo babatature? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Mbega har’ uwo muri mwebge yogira ic’ apfa na mugenzi we, akūbahuka kubūranira ku bagabitanya, ntābūranire ku bera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |