1 Korinto 5:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ni co gituma dukwiye guhimbaza uwo musi mukuru tudakoresheje imikate irimwo umwambiro wa kera, ari wo mwambiro w’ubugunge n’ubukozi bw’ikibi, ariko dukoresheje imikate itarimwo umwambiro, ari yo mikate itagira uburyarya kandi irimwo ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Nuko tuziririze imisi mikuru, tudafise umwambiro wa kera, cank’ umwambiro w’urwanko n’ikibi, ariko tugire imitsima itambiwe y’imitima ikeye n’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |