1 Korinto 5:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ntivyari bikwiye ko mwishira hejuru. Mbega ntimuzi ko icaha kimeze nk’umwambiro mukeya bashira mu gikandu maze kigatutumba cose? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Kwirata kwanyu si kwiza. Ntimuzi yuk’ umwambiro muke wambira irobe ryose? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |