1 Korinto 5:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Kandi ikibabaje, aho gutuntuzwa n’ivyo, maze umuntu yabikoze mukamutaramura muri mwebwe, mubandanya mwishira hejuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Namwe mukīkakīsha, ntimubabare, nk’uko mwari mukwiye, kugira ng’uwakoze ico caha akūrwe muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |