1 Korinto 4:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Mbega ni nde yababwiye ko muruta abandi? Hari ico mufise mutahawe? None nimba mwaragihawe, ni kuki mwishira hejuru nk’aho mutagihawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ni nde aguteye kwitandukanya n’abandi? Kand’ ic’ ufise utāhawe n’igiki? Ariko namba waragihawe, n’iki gituma wirata, nk’ūtāgihawe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |