1 Korinto 4:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ku binyerekeye, nta co bintwaye gucirwa urubanza namwe canke n’ubundi bucamanza bwose bw’abantu. Ariko jewe ubwanje nta rubanza nicira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko kubganje ni nk’ubusa rwose gucirwa urubanza namwe, canke n’urukinja rw’abantu; kandi nanje nyene sinicira urubanza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |