1 Korinto 4:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Mbega mugomba nzobagendere nzanye inkoni yo kubahana? Canke icoba ciza ni uko noza mfise umutima w’urukundo n’ubugwaneza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Mugomba iki? Ko nza i wanyu nzanye inkoni, canke ko nzana urukundo n’umutima w’ubugwaneza? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |