1 Korinto 4:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Ni co gituma nabarungikiye Timoteyo, umwana wanje nkunda kandi w’umwizigirwa mu Mwami. Azobibutsa ingene mbayeho muri Kristo Yesu, nk’uko ndavyigisha hose mu mashengero yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ni co gituma mbatumyeko Timoteyo, umwana wanje nkunda, ayobokera Umwami wacu; azobībutsa inzira zanje zo muri Kristo, nk’uko nigisha hose mu mashengero yose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |