Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 4:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Iyo batuvuze nabi, twishurana ubugwaneza. Gushika n’ubu dufatwa nk’umwavu wo kw’isi, ivyatawe na bose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 iyo batwambika ibara turabahōyahōya. Twahindutse umwavu w’isi, n’udukokorwa kuri bose gushitsa n’ubu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 4:13
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Gushika kuri ayo majambo, abantu bari bakiriko baramwumviriza. Maze baca batangura gushira urwamo hejuru bati: “Mukure kw’isi! Uwo ntakwiye kubaho!”


Turakorera Imana abantu batwubaha canke batugaya, badutuka canke badushima. Turi imvugakuri, ariko batwita ababeshi.


Kandi uwo mwuzure ni ishusho y’umubatizo, ubakiza namwe uno musi. Si mu buryo bwo kubakurako imvyiro zo ku mubiri, ahubwo ni mu buryo bwo kwitaba umuhamagaro w’Imana n’umutima ukeye. Ivyo bishoboka kuko Yesu Kristo yazutse mu bapfuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ