1 Korinto 4:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Dukoresha amaboko yacu tukaruha kugira ngo turonke ibidutunga. Duhezagira abatuvuma, tukihanganira guhamwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 dukoresha amaboko yacu tugatama: iyo badutuka turabahezagira, iyo baduhama turihangana, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |